Amakuru
Amakuru agezweho ya 6 avuye ku Nama Nyobozi (2024)
Muri iyi videwo, turaza kubona ukuntu twoguma twihatira gutanguza inyigisho za Bibiliya.
Nta mvo yotuma dutinya uruhamo
Mw’ikoraniro rya buri mwaka ryo mu 2019, umuvukanyi Mark Sanderson wo mu Nama Nyobozi yaratanze insiguro ivuga iti: “Ni igiki dukwiye gutinya?” Iyo nsiguro yarimwo akavidewo k’ivyabonywe vy’abavukanyi na bashiki bacu bariko barashikirwa n’uruhamo mu Burusiya.
Amakuru agezweho ya 7 avuye ku Nama Nyobozi (2024)
Muri aya makuru agezweho, turumva amakuru yerekeye abavukanyi bo hirya no hino kw’isi, dukurikire n’ikiganiro kiremesha co kubaza ibibazo umuvukanyi Jody Jedele n’umuvukanyi Jacob Rumph baheruka kuja mu bagize Inama Nyobozi.
Amakuru agezweho ya 2 avuye ku Nama Nyobozi (2024)
Muri iyi videwo, turaza kubona ukuntu Umuvyeyi wacu mwiza Yehova agaragaza yuko «ashaka ko bose baronka akaryo ko kwigaya.» (2 Pet. 3:9) Turaza kandi kwumva ivyahindutse ku bijanye n’ukuntu twokwambara igihe turi mu bikorwa bijanye no gusenga.
Amakuru agezweho ya 1 avuye ku Nama Nyobozi (2024)
Nurabe ingene urukundo dukunda abo tubwira inkuru nziza rutuma tugira umwete mu gikorwa co kwamamaza.
Amakuru agezweho ya 7 avuye ku Nama Nyobozi (2023)
Nurabe ibijanye n’igitabu gishasha citwa Ivyanditswe bidufasha mu buzima hamwe n’icanditswe c’umwaka wa 2024.
Ivyabona vya Yehova bapfunzwe bazira ukwemera kwabo: Ibihugu bapfungiwemwo
Ibihugu Ivyabona vya Yehova bapfungiwemwo bahorwa kubaho bisunga ukwemera kwabo be n’uburenganzira bafise, rimwe na rimwe bakaba bafatwa nabi cane aho bapfungiwe.