Ubudagi
Ubutegetsi bwarahaye agashimwe umuhungu na se barokoye abagira bahire mu muduga
Icabona ca Yehova yitwa Andreas Bonk n’umuhungu wiwe Jorim barahawe agashimwe ku butwari n’ukwitanga bagaragaje.
Ibirori vyo kwibuka Icabona ca Yehova yagandaguwe n’Abanazi
Ku wa 16 Nyakanga 2014, ikigo cashinze icibutso kiri i Brandebourg caratunganije ibirori bidasanzwe vyo kwibuka imyaka 75 iheze August Dickmann agandaguriwe mw’ibohero ry’i Sachsenhausen. Ni we muntu wa mbere yishwe ku mugaragaro n’Abanazi mu gihe c’Intambara ya kabiri y’isi yose, azira ko yanse kuja mu gisoda abitumwe n’ijwi ryiwe ryo mu mutima..
Richard Rudolph yarapfuye afise imyaka 102
Richard Rudolph yapfunzwe imyaka irenga 19 mu gihe c’intwaro y’Abanazi hamwe n’iy’Abakomunisita azira ukwemera kwiwe.
Icibutso c’Icabona yarokotse rya Honyabwoko ryagirirwa Abayahudi gishikirizwa ku mugaragaro mu Budagi
Ni igiki cahaye Max Liebster, Icabona ca Yehova, inkomezi zo kurokoka mu makambi y’itunatuniro atanu y’Abanazi?