Ibishasha!
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Ivyo wokwiyigisha—Garagaza umutima rugabo igihe uri mu bihe bitoroshe
Ni ivyigwa ibihe twigira ku kuntu Yeremiya na Ebedi-Meleki bagaragaje umutima rugabo?
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Ikibazo gisanzwe uwo ari we wese yobaza
Cokimwe na Mary, na wewe woshobora gutanguza inyigisho za Bibiliya zitari nke ubajije gusa ikibazo gisanzwe.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Ingene woba umugenzi nyakuri
Bibiliya irerekana akamaro ko kugira abagenzi nyakuri mu gihe c’ivyago.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Niwamirire kure agatima k’ubwikunzi karangwa muri iyi si
Abantu benshi babona ko bakwiye kuronka uturusho tudasanzwe, kuronka uburenganzira abandi badafise canke gufatwa mu buryo budasanzwe. Raba ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya zimwezimwe zodufasha kwirinda ako gatima.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
«Sinigeze mba ndi jenyene»
Raba igituma Angelito Balboa yemera ko Yehova yamye ari kumwe na we, mbere no mu bihe bitoroshe yaciyemwo.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Ruhuhuma 2025
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 14 Ndamukiza–4 Rusama 2025.
AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU
Ntwarante–Ndamukiza 2025
AMAKURU AGEZWEHO
Amakuru agezweho ya 7 avuye ku Nama Nyobozi (2024)
Muri aya makuru agezweho, turumva amakuru yerekeye abavukanyi bo hirya no hino kw’isi, dukurikire n’ikiganiro kiremesha co kubaza ibibazo umuvukanyi Jody Jedele n’umuvukanyi Jacob Rumph baheruka kuja mu bagize Inama Nyobozi.
IBINDI BIGANIRO
Niwizigire ko kazoza ari keza
Kubera iki ivyo Bibiliya isezerana bitandukanye n’ivyo abantu basezerana hamwe n’ivyo bavuga ko bizoba?
INDIRIMBO ZISANZWE
Ni wewe umpa inkomezi zidasanzwe
Raba ingene Yehova «[a]tuma abantu b’inyakamwe baronka aho baba.»
INDIRIMBO ZISANZWE
Dufate akanya turuhuke
Kuzirikana ku vyo Imana yaremye bidufasha gute kuruhuka no kwihanganira ingorane zidushikira?
INDIRIMBO ZISANZWE
Tworoshe ubuzima
Tuzogir a umunezero nyakuri nitwabumbwa n’ibintu bisanzwe Yehova aturonsa.
INDIRIMBO ZISANZWE
Nunyiyegereze
Imana iritaho cane abo bose bipfuza kuyiyegereza itaravye ivyo baciyemwo mu buzima.
INDIRIMBO ZISANZWE
Turanezerwa ku mahwaniro
Igihe twitavye amahwaniro, turibonera ubumwe n’urukundo rw’abavukanyi bo hirya no hino kw’isi.
INDIRIMBO ZISANZWE
Ubuzima bwiza kuruta
Nta kintu gitera umunezero nko gufasha abandi no kubaremesha.