IMYIMENYEREZO Ukuntu woryohora amasengesho yawe VUZA Umwimenyerezo wogufasha gusuzuma ivyo ushira mu masengesho yawe hamwe n’ukuntu ameze. Voma Ibiganiro bifitaniye isano Imyimenyerezo Imiyabaga n’abageze mu bigero Raba kandi URWARUKA RURIBAZA Kubera iki nosenga? Isengesho coba ari ikintu gituma gusa umuntu yumva amerewe neza canke rirafise akandi kamaro? INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Ni ibiki nosaba Imana mw’isengesho? Raba igituma ubwiye Imana ibikuraje ishinga itabona ko ari ikintu ata co kivuze. UMUNARA W’INDERETSI Wosenga gute kugira ngo Imana ikwumve? Niwiture Imana aho woba uri hose n’igihe ico ari co cose, n’ijwi ryumvikana canke mu gacerere. Yezu yaranadufashije kumenya ivyo twovuga. INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Imana yoba yumviriza amasengesho yose? Imana yoba yemera amasengesho y’ubwikunzi? Bite hoho hamwe umugabo yoba afata nabi umugore wiwe, agaca asaba Imana ngo imuhezagire? Rungika Rungika Ukuntu woryohora amasengesho yawe IMYIMENYEREZO Ukuntu woryohora amasengesho yawe Ikirundi Ukuntu woryohora amasengesho yawe https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502017157/univ/art/502017157_univ_sqr_xl.jpg