Kahise ka Bibiliya
Ukuntu Bibiliya yadushikiriye
Turashobora kwemera tudakeka ko ivyiyumviro vyo mu gisomwa ca Bibiliya co mu ntango ari vyo nyene dufise muri iki gihe kandi ko bitarimwo amakosa.
Ni nde yashize muri Bibiliya imirongo n’ibigabane?
Ni kubera iki abantu benshi bakunze uburyo bwo gushira ibigabane n’imirongo muri Bibiliya
Yararokotse naho bayirwanije
Indongozi mu vya politike no mu vy’idini zaragerageje kubuza abantu gutunga Bibiliya, kuyisohora canke kuyishira mu rundi rurimi. Ariko zarananiwe.
Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana?
Nimba Bibiliya ikomoka ku Mana, itegerezwa kuba ata ho isa isana n’ibindi bitabu vyanditswe.
Bibiliya yoba yaragoretswe?
Ko Bibiliya ari igitabu ca kera, twokwemezwa n’iki ko ubutumwa buri muri yo bwagumye butagira amakosa?
Yararokotse naho bagerageje kuyigoreka
Hari abantu ata co bibanga bagerageje kugoreka igisomwa co muri Bibiliya. Vyagenze gute ngo ivyo bagerageje kugoreka bimenyekane vyongere bikosorwe?