EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 Igitabu ca mbere c’Abami Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 Ibirimwo muri make 1 Dawidi na Abishagi (1-4) Adoniya arondera kuba umwami (5-10) Natani na Batisheba bagira ico bakoze (11-27) Dawidi ategeka ko Salomo arobanuzwa amavuta (28-40) Adoniya ahungira ku gicaniro (41-53) 2 Dawidi abwira Salomo ivyo azokora (1-9) Dawidi apfa, Salomo akimikwa (10-12) Umugambi wa Adoniya umukwegera urupfu (13-25) Abiyatari akurwa mu mabanga. Yowabu yicwa (26-35) Shimeyi yicwa (36-46) 3 Salomo atwara umukobwa wa Farawo (1-3) Yehova abonekera Salomo mu ndoto (4-15) Salomo asaba ubukerebutsi (7-9) Salomo acira urubanza abagore babiri (16-28) 4 Abakuru mu ntwaro ya Salomo (1-19) Ku ngoma ya Salomo abantu bari babayeho neza (20-28) Umwe wese yibera mu mutekano (25) Ubukerebutsi bwa Salomo n’imigani yiwe (29-34) 5 Umwami Hiramu atanga ibikoresho vyo kwubaka (1-12) Abahamagariwe gukora ibikorwa vya Salomo (13-18) 6 Salomo yubaka urusengero (1-38) Icumba c’ahiherereye (19-22) Abakerubi (23-28) Amashusho, imiryango n’ikigo c’indani (29-36) Urusengero rwarangiye nko mu myaka indwi (37, 38) 7 Inyubakwa z’ikirimba ca Salomo (1-12) Umuhinga Hiramu aza gukorera Salomo (13-47) Za nkingi zibiri z’umujumpu (15-22) Ca gitangi c’umujumpu citwa Ikiyaga (23-26) Amashareti cumi n’ibibesani vy’umujumpu (27-39) Barangiza gukora ibintu vy’inzahabu (48-51) 8 Bazana isandugu mu rusengero (1-13) Ivyo Salomo yabwiye abantu (14-21) Isengesho rya Salomo ryo kwegurira Imana urusengero (22-53) Salomo ahezagira abantu (54-61) Umusi mukuru wo kwinjira urusengero n’ibimazi batanze (62-66) 9 Yehova yongera kubonekera Salomo (1-9) Ivyo Salomo yagabiye umwami Hiramu (10-14) Ivyo Salomo yubatse (15-28) 10 Umwamikazi w’i Sheba aza kuraba Salomo (1-13) Ubutunzi bwinshi bwa Salomo (14-29) 11 Abagore ba Salomo barahinduye umutima wiwe (1-13) Abansi barwanya Salomo (14-25) Yerobowamu yemererwa imiryango cumi (26-40) Salomo apfa. Rehobowamu aba umwami (41-43) 12 Rehobowamu yishura Abisirayeli abakarira (1-15) Imiryango cumi igarariza (16-19) Yerobowamu aba umwami wa Isirayeli (20) Imana ibuza Rehobowamu kurwanya Abisirayeli (21-24) Yerobowamu atanguza ivyo gusenga inyana (25-33) 13 Ubuhanuzi bwerekeye igicaniro c’i Beteli (1-10) Ico gicaniro gisaduka (5) Umuntu w’Imana agambarara (11-34) 14 Ivyo Ahiya yavuze ko bizoshikira Yerobowamu (1-20) Intwaro ya Rehobowamu mu Buyuda (21-31) Igitero ca Shishaki (25, 26) 15 Abiyamu, umwami w’Ubuyuda (1-8) Asa, umwami w’Ubuyuda (9-24) Nadabu, umwami wa Isirayeli (25-32) Bayasha, umwami wa Isirayeli (33, 34) 16 Urubanza Yehova yaciriye Bayasha (1-7) Ela, umwami wa Isirayeli (8-14) Zimuri, umwami wa Isirayeli (15-20) Omuri, umwami wa Isirayeli (21-28) Ahabu, umwami wa Isirayeli (29-33) Hiyeli asubira kwubaka Yeriko (34) 17 Umuhanuzi Eliya avuga ko imvura itazogwa (1) Eliya agaburirwa n’ibikona (2-7) Eliya aja ku mupfakazi w’i Zarefati (8-16) Umwana w’uwo mupfakazi apfa agasubira kuba muzima (17-24) 18 Eliya ahura na Obadiya be na Ahabu (1-18) Eliya n’abahanuzi ba Bayali ku musozi Karumeli (19-40) «Muzogeza ryari kuba ba ntahompagaze?» (21) Imyaka itatu n’igice y’uruzuba irangira (41-46) 19 Eliya ahunga kubera ishavu rya Yezebeli (1-8) Yehova avugana na Eliya i Horebu (9-14) Eliya asabwa kugena Hazayeli, Yehu na Elisha (15-18) Elisha agenwa ngo azosubirire Eliya (19-21) 20 Abasiriya barwana na Ahabu (1-12) Ahabu atsinda Abasiriya (13-34) Umuhanuzi abwira Ahabu ivyago bizomushikira (35-43) 21 Ahabu yipfuza umurima w’imizabibu wa Naboti (1-4) Yezebeli ategura umugambi wo kwicisha Naboti (5-16) Eliya abwira Ahabu ivyago bizomushikira (17-26) Ahabu yicisha bugufi (27-29) 22 Yehoshafati yifatanya na Ahabu (1-12) Mikaya amenyesha Ahabu ko aza gutsindwa (13-28) Umumarayika ahenda Ahabu (21, 22) Ahabu yicirwa i Ramoti-Gileyadi (29-40) Intwaro ya Yehoshafati mu Buyuda (41-50) Ahaziya, umwami wa Isirayeli (51-53) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika 1 Abami: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) 1 Abami: ibirimwo muri make Ikirundi 1 Abami: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt 1 Abami rup. 538-540