Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca mbere ca Samweli

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Elikana n’abagore biwe (1-8)

    • Hana asenga ngo aronke agahungu (9-18)

    • Ivuka rya Samweli. Bamuha Yehova (19-28)

  • 2

    • Isengesho rya Hana (1-11)

    • Ibicumuro vy’abahungu babiri ba Eli (12-26)

    • Yehova acira urubanza umuryango wa Eli (27-36)

  • 3

    • Samweli atorwa ngo abe umuhanuzi (1-21)

  • 4

    • Abafilisitiya bafata isandugu (1-11)

    • Eli n’abahungu biwe bapfa (12-22)

  • 5

    • Isandugu mu karere k’Abafilisitiya (1-12)

      • Igishusho ca Dagoni gicishwa bugufi (1-5)

      • Abafilisitiya bashikirwa n’ivyago (6-12)

  • 6

    • Abafilisitiya basubiza isandugu muri Isirayeli (1-21)

  • 7

    • Isandugu ishika i Kiriyati-Yeyarimu (1)

    • Samweli aremesha Abisirayeli gukorera Yehova wenyene (2-6)

    • Abisirayeli batahukana intsinzi i Mizipa (7-14)

    • Samweli aca imanza muri Isirayeli (15-17)

  • 8

    • Abisirayeli bisabira umwami (1-9)

    • Samweli abagabisha (10-18)

    • Yehova yemera kubaha umwami (19-22)

  • 9

    • Samweli ahura na Sawuli (1-27)

  • 10

    • Sawuli arobanurwa ngo abe umwami (1-16)

    • Samweli yereka abantu Sawuli (17-27)

  • 11

    • Sawuli atsinda Abamoni (1-11)

    • Basubira kumenyesha ko Sawuli ari umwami (12-15)

  • 12

    • Ijambo rya nyuma Samweli yashikirije Abisirayeli (1-25)

      • «Ntimukurikire imana ata co zimaze» (21)

      • Yehova ntazota abantu biwe (22)

  • 13

    • Sawuli atora ingabo (1-4)

    • Sawuli akora ivyo adafitiye uburenganzira (5-9)

    • Samweli akosora Sawuli (10-14)

    • Nta kirwanisho muri Isirayeli (15-23)

  • 14

    • Ibikorwa vy’ubuhizi Yonatani yakoreye i Mikimashi (1-14)

    • Imana ituma abansi ba Isirayeli batsindwa (15-23)

    • Sawuli arahiza abantu atiyumviriye (24-46)

      • Abantu barya inyama zirimwo amaraso (32-34)

    • Intambara Sawuli yarwanye. Umuryango wiwe (47-52)

  • 15

    • Sawuli agambarara ntiyice Agagi (1-9)

    • Samweli akosora Sawuli (10-23)

      • «Kugamburuka biruta gutanga ikimazi» (22)

    • Sawuli ntazobandanya kuba umwami (24-29)

    • Samweli yica Agagi (30-35)

  • 16

    • Samweli arobanura Dawidi ngo azobe umwami (1-13)

      • «Yehova araba mu mutima» (7)

    • Impwemu ya Yehova iva kuri Sawuli (14-17)

    • Dawidi atangura kuza aravugiriza inanga Sawuli (18-23)

  • 17

    • Dawidi atsinda Goliyati (1-58)

      • Goliyati asomborotsa Abisirayeli (8-10)

      • Dawidi yemera kumwihanga (32-37)

      • Dawidi arwana mw’izina rya Yehova (45-47)

  • 18

    • Ubugenzi bwa Dawidi na Yonatani (1-4)

    • Intsinzi za Dawidi zitera ishari Sawuli (5-9)

    • Sawuli agerageza kwica Dawidi (10-19)

    • Dawidi arongora Mikali umukobwa wa Sawuli (20-30)

  • 19

    • Sawuli abandanya kwanka Dawidi (1-13)

    • Dawidi ahunga Sawuli (14-24)

  • 20

    • Yonatani yanka guhemukira Dawidi (1-42)

  • 21

    • Dawidi arya imikate y’ishikanwa i Nobu (1-9)

    • Dawidi yigira umusazi i Gati (10-15)

  • 22

    • Dawidi i Adulamu n’i Mizipe (1-5)

    • Sawuli yicisha abaherezi b’i Nobu (6-19)

    • Abiyatari amucika agahunga (20-23)

  • 23

    • Dawidi atabara igisagara ca Keyila (1-12)

    • Sawuli aja guhiga Dawidi (13-15)

    • Yonatani aremesha Dawidi (16-18)

    • Dawidi ahakwa gufatwa na Sawuli (19-29)

  • 24

    • Dawidi yanka kwica Sawuli (1-22)

      • Dawidi yubaha uwo Yehova yarobanuje amavuta (6)

  • 25

    • Urupfu rwa Samweli (1)

    • Nabali afata nabi abantu ba Dawidi (2-13)

    • Abigayili akorana ubukerebutsi (14-35)

      • «Isaho y’ubuzima itekewe na Yehova» (29)

    • Yehova yica ya mburabwenge Nabali (36-38)

    • Abigayili aba umugore wa Dawidi (39-44)

  • 26

    • Dawidi yongera kwanka kwica Sawuli (1-25)

      • Dawidi yubaha uwo Yehova yarobanuje amavuta (11)

  • 27

    • Abafilisitiya baha Dawidi igisagara ca Sikulagi (1-12)

  • 28

    • Sawuli aja i Eni-Dori ku wukora ivyo guhanuza abapfuye (1-25)

  • 29

    • Abafilisitiya banka kwizigira Dawidi (1-11)

  • 30

    • Abamaleki batera i Sikulagi bakahaturira (1-6)

      • Dawidi yitura Imana, akaronka inkomezi (6)

    • Dawidi atsinda Abamaleki (7-31)

      • Dawidi agaruza abari bagizwe imbohe (18, 19)

      • Dawidi avuga ukuntu isahu rizoza riragaburwa (23, 24)

  • 31

    • Urupfu rwa Sawuli n’abahungu biwe batatu (1-13)