EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 25 Igitabu ca kabiri c’Abami Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 25 Ibirimwo muri make 1 Eliya avuga ko Ahaziya azopfa (1-18) 2 Eliya ajanwa mu gihuhusi (1-18) Elisha atora impuzu ya Eliya (13, 14) Elisha atyorora amazi y’i Yeriko (19-22) Idubu zica uduhungu tw’i Beteli (23-25) 3 Yehoramu, umwami wa Isirayeli (1-3) Abanyamowabu bagarariza Isirayeli (4-25) Abanyamowabu batsindwa (26, 27) 4 Elisha agwiza amavuta y’umupfakazi (1-7) Umugore w’i Shunemu w’umwakiranyi (8-16) Uwo mugore aronka umwana, nya mwana agapfa (17-31) Elisha azura uwo mwana (32-37) Elisha atuma isupu irika (38-41) Elisha agwiza imikate (42-44) 5 Elisha akiza Namani imibembe (1-19) Gehazi arwara imibembe kubera umwina (20-27) 6 Elisha atuma ishoka ireremba (1-7) Elisha n’Abasiriya (8-23) Amaso y’umusuku wa Elisha yuguruka (16, 17) Abasiriya batezwa uruhumyi (18, 19) Samariya hugarizwa hagatera ikigoyi (24-33) 7 Elisha avuga ko ikigoyi kigiye guhera (1, 2) Haboneka ibifungurwa mw’ikambi y’Abasiriya bahunze (3-15) Ivyo Elisha yavuze biranguka (16-20) 8 Wa mugore w’i Shunemu asubizwa itongo (1-6) Elisha, Beni-Hadadi na Hazayeli (7-15) Yehoramu, umwami w’Ubuyuda (16-24) Ahaziya, umwami w’Ubuyuda (25-29) 9 Yehu arobanurwa ngo abe umwami wa Isirayeli (1-13) Yehu yica Yehoramu na Ahaziya (14-29) Yezebeli yicwa, imbwa zikamurya (30-37) 10 Yehu yica abo mu muryango wa Ahabu (1-17) Yehonadabu ajana na Yehu (15-17) Yehu yica abasenga Bayali (18-27) Ivyaranze intwaro ya Yehu muri make (28-36) 11 Ataliya yiha ubutegetsi (1-3) Yehowasi yimikwa mu mpisho (4-12) Ataliya yicwa (13-16) Ibintu Yehoyada yahinduye (17-21) 12 Yehowasi, umwami w’Ubuyuda (1-3) Yehowasi asanasana urusengero (4-16) Igitero c’Abasiriya (17, 18) Yehowasi yicwa (19-21) 13 Yehowahazi, umwami wa Isirayeli (1-9) Yehowasi, umwami wa Isirayeli (10-13) Elisha ageza umwete wa Yehowasi (14-19) Elisha apfa, amagufa yiwe akazura umuntu (20, 21) Ubuhanuzi bwa nyuma bwa Elisha buranguka (22-25) 14 Amaziya, umwami w’Ubuyuda (1-6) Amaziya arwana n’Abanyedomu. Arwana n’Abisirayeli (7-14) Urupfu rwa Yehowasi, umwami wa Isirayeli (15, 16) Urupfu rwa Amaziya (17-22) Yerobowamu wa kabiri, umwami wa Isirayeli (23-29) 15 Azariya, umwami w’Ubuyuda (1-7) Abami ba nyuma ba Isirayeli: Zakariya (8-12), Shalumu (13-16), Menahemu (17-22), Pekahiya (23-26), Peka (27-31) Yotamu, umwami w’Ubuyuda (32-38) 16 Ahazi, umwami w’Ubuyuda (1-6) Ahazi aha igiturire Abashuri (7-9) Ahazi akora igicaniro nk’ic’abapagani (10-18) Urupfu rwa Ahazi (19, 20) 17 Hosheya, umwami wa Isirayeli (1-4) Isirayeli itemba (5, 6) Abisirayeli batwarwa mu bunyagano kubera ubuhuni (7-23) Abanyamahanga bazanwa ngo babe i Samariya (24-26) Abasamariya bavangatiranya ivy’ugusenga (27-41) 18 Hezekiya, umwami w’Ubuyuda (1-8) Incamake y’ingene Isirayeli yatemvye (9-12) Senakeribu atera Ubuyuda (13-18) Rabushake acokora Yehova (19-37) 19 Hezekiya atabaza Imana biciye kuri Yesaya (1-7) Senakeribu atera ubwoba ababa i Yeruzalemu (8-13) Isengesho rya Hezekiya (14-19) Yesaya avuga ivyo Imana yamwishuye (20-34) Umumarayika yica Abashuri 185.000 (35-37) 20 Hezekiya arwara hanyuma agakira (1-11) Intumwa zaje ziva i Babiloni (12-19) Urupfu rwa Hezekiya (20, 21) 21 Manase, umwami w’Ubuyuda. Yarasheshe amaraso (1-18) Yeruzalemu izosangangurwa (12-15) Amoni, umwami w’Ubuyuda (19-26) 22 Yosiya, umwami w’Ubuyuda (1, 2) Ibijanye no gusanasana urusengero (3-7) Batora igitabu c’amategeko (8-13) Hulida avuga ivyago bizoba (14-20) 23 Ibintu Yosiya yahinduye (1-20) Bahimbaza Pasika (21-23) Ibindi Yosiya yahinduye (24-27) Urupfu rwa Yosiya (28-30) Yehowahazi, umwami w’Ubuyuda (31-33) Yehoyakimu, umwami w’Ubuyuda (34-37) 24 Yehoyakimu agarariza. Urupfu rwiwe (1-7) Yehoyakini, umwami w’Ubuyuda (8, 9) Abajanywe i Babiloni ubwa mbere (10-17) Zedekiya, umwami w’Ubuyuda. Agarariza (18-20) 25 Nebukadinezari yugariza Yeruzalemu (1-7) Yeruzalemu n’urusengero rwaho bitikizwa. Abajanywe i Babiloni ubwa kabiri (8-21) Gedaliya aba buramatari (22-24) Gedaliya yicwa. Abantu bahungira mu Misiri (25, 26) Yehoyakini akurwa mw’ibohero i Babiloni (27-30) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika 2 Abami: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) 2 Abami: ibirimwo muri make Ikirundi 2 Abami: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt 2 Abami rup. 591-593