Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu c’Abalewi

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Ishikanwa riturirwa (1-17)

  • 2

    • Ishikanwa ry’intete (1-16)

  • 3

    • Ikimazi co gusangira (1-17)

      • Ntimuze murye ikinure canke amaraso (17)

  • 4

    • Ishikanwa ry’igicumuro (1-35)

  • 5

    • Ibicumuro bimwebimwe n’ibimazi bijana (1-6)

      • Kumenyesha ibicumuro abandi bakoze (1)

    • Amashikanwa abakene bashobora gutanga (7-13)

    • Ishikanwa ry’uwakoze igicumuro atabishaka (14-19)

  • 6

    • Ibindi bintu vyerekeye ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha (1-7)

    • Amategeko ajanye n’amashikanwa (8-30)

      • Ishikanwa riturirwa (8-13)

      • Ishikanwa ry’intete (14-23)

      • Ishikanwa ry’igicumuro (24-30)

  • 7

    • Amategeko ajanye n’amashikanwa (1-21)

      • Ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha (1-10)

      • Ikimazi co gusangira (11-21)

    • Kirazira kurya ikinure canke amaraso (22-27)

    • Umugabane w’abaherezi (28-36)

    • Insozero y’ibijanye n’amashikanwa (37, 38)

  • 8

    • Kwimika Aroni n’abahungu biwe mw’ibanga ry’ubuherezi (1-36)

  • 9

    • Aroni atanga amashikanwa (1-24)

  • 10

    • Nadabu na Abihu bicwa n’umuriro uvuye kuri Yehova (1-7)

    • Amategeko y’abaherezi ajanye no kurya no kunywa (8-20)

  • 11

    • Ibikoko bihumanye n’ibidahumanye (1-47)

  • 12

    • Kwihumanura inyuma yo kuvyara (1-8)

  • 13

    • Amategeko ajanye n’imibembe (1-46)

    • Imibembe yo ku mpuzu (47-59)

  • 14

    • Kwihumanura imibembe (1-32)

    • Guhumanura inzu yafashwe n’imibembe (33-57)

  • 15

    • Ibintu bihumanye biva mu bihimba vy’irondoka (1-33)

  • 16

    • Umusi w’impongano (1-34)

  • 17

    • Kw’ihema ryeranda ni ho ibimazi bikwiye gutangirwa (1-9)

    • Kirazira kurya amaraso (10-14)

    • Amategeko ajanye n’ibitungwa basanze vyapfuye (15, 16)

  • 18

    • Guhuza ibitsina kutemewe n’amategeko (1-30)

      • Ntimuze mwigane Abanyakanani (3)

      • Ubwoko butandukanye bw’ukugoka (6-18)

      • Mu gihe c’ubutinyanka (19)

      • Kuryamana kw’abasangiye ibitsina (22)

      • Gusambana n’ibikoko (23)

      • «Mugume mudahumanye, ahandiho igihugu kizobadahwa» (24-30)

  • 19

    • Amategeko atandukanye ajanye n’ubweranda (1-37)

      • Amategeko ajanye n’iyimbura (9, 10)

      • Kwubaha abatumva n’abatabona (14)

      • Kwambika ibara abandi (16)

      • Ntuze ubike inzigo (18)

      • Kirazira gupfumura canke kuvugana n’abapfuye (26, 31)

      • Kirazira kwicapako ibintu ku mubiri (28)

      • Kwubaha abageze mu zabukuru (32)

      • Gufata neza abanyamahanga (33, 34)

  • 20

    • Gusenga Moleki, kuvugana n’abapfuye (1-6)

    • Kuba beranda no kwubaha abavyeyi (7-9)

    • Abasambanyi bategerezwa gupfa (10-21)

    • Mutegerezwa kuba beranda kugira mugume mu gihugu (22-26)

    • Abakora ivyo guhanuza abapfuye bategerezwa kwicwa (27)

  • 21

    • Abaherezi bategerezwa kuba beranda (1-9)

    • Umuherezi mukuru ntakwiye kwihumanya (10-15)

    • Abaherezi bategerezwa kuba batagira akanenge ku mubiri (16-24)

  • 22

    • Ukudahumana kw’abaherezi, kurya ibintu vyeranda (1-16)

    • Amashikanwa atagira akanenge ni yo yemerwa gusa (17-33)

  • 23

    • Imisi mikuru (1-44)

      • Isabato (3)

      • Pasika (4, 5)

      • Umusi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro (6-8)

      • Amashikanwa y’ivyeze ubwa mbere (9-14)

      • Umusi mukuru w’amayinga (15-21)

      • Amategeko ajanye n’iyimbura (22)

      • Umusi mukuru wo kuvuza inzamba (23-25)

      • Umusi w’impongano (26-32)

      • Umusi mukuru w’insago (33-43)

  • 24

    • Amavuta y’amatara yo mw’ihema ryeranda (1-4)

    • Imikate y’ishikanwa (5-9)

    • Uwuzotyoza izina ry’Imana azokwicishwa amabuye (10-23)

  • 25

    • Umwaka w’isabato (1-7)

    • Umwaka wa Yubile (8-22)

    • Gusubizwa itongo (23-34)

    • Gufata neza abakene (35-38)

    • Amategeko agenga abashumba (39-55)

  • 26

    • Mwirinde gusenga ibigirwamana (1, 2)

    • Imihezagiro iva ku kugamburuka (3-13)

    • Igihano c’ukugambarara (14-46)

  • 27

    • Kugaruza ibintu vyeguriwe Imana (1-27)

    • Ivyeguriwe Yehova burundu (28, 29)

    • Kugaruza ic’icumi (30-34)