Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu c’Ivyahishuwe

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Ivyo Imana yahishuye biciye kuri Yezu (1-3)

    • Indamutso ku mashengero indwi (4-8)

      • «Ndi Alufa na Omega» (8)

    • «Nasanze ndi mu musi w’Umukama» (9-11)

    • Yohani yerekwa ubuninahazwa bwa Yezu (12-20)

  • 2

    • Ubutumwa kw’ishengero ry’i Efeso (1-7), iry’i Simuruna (8-11), iry’i Perugamo (12-17) n’iry’i Tiyatira (18-29)

  • 3

    • Ubutumwa kw’ishengero ry’i Sarudi (1-6), iry’i Filadelufiya (7-13) n’iry’i Lawodiseya (14-22)

  • 4

    • Yohani yerekwa ubuninahazwa bwa Yehova mw’ijuru (1-11)

      • Yehova yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami (2)

      • Abakurambere 24 bicaye ku ntebe z’ubwami (4)

      • Ibinyabuzima bine (6)

  • 5

    • Umuzingo ufise udushashara indwi (1-5)

    • Wa Mwagazi w’intama atora uwo muzingo (6-8)

    • Wa Mwagazi w’intama arabereye kumatura udushashara (9-14)

  • 6

    • Wa Mwagazi w’intama amatura udushashara 6 twa mbere (1-17)

      • Uwicaye kw’ifarasi yera agenda aratsinda (1, 2)

      • Uwicaye kw’ifarasi y’ibara risa n’umuriro akura amahoro kw’isi (3, 4)

      • Uwicaye kw’ifarasi yirabura atuma hatera inzara (5, 6)

      • Uwicaye kw’ifarasi ibenjutse yitwa Rupfu (7, 8)

      • Abishwe bari munsi y’igicaniro (9-11)

      • Nyamugigima ikomeye (12-17)

  • 7

    • Abamarayika bane bafashe imiyaga y’agatikizo (1-3)

    • Bamwe 144.000 badomwako ikimenyetso (4-8)

    • Isinzi rinini ryambaye amakanzu yera (9-17)

  • 8

    • Agashashara kagira indwi kamaturwa (1-6)

    • Inzumbete zine za mbere zivuzwa (7-12)

    • Ivyago bitatu bitangazwa (13)

  • 9

    • Urumbete rugira gatanu (1-11)

    • Icago kimwe kiraheze, ibindi bibiri bigira bize (12)

    • Urumbete rugira gatandatu (13-21)

  • 10

    • Umumarayika akomeye afise akazingo gatoyi (1-7)

      • «Igihe co kurindira caheze» (6)

      • Ibanga ryeranda rizoranguka (7)

    • Yohani arya ka kazingo gatoyi (8-11)

  • 11

    • Vya vyabona bibiri (1-13)

      • Bivuga ubuhanuzi imisi 1.260 vyambaye amagunira (3)

      • Baricwa ariko ntibahambwe (7-10)

      • Inyuma y’imisi itatu n’igice barasubira kuba bazima (11, 12)

    • Icago ca kabiri kiraheze, ica gatatu kiraje (14)

    • Urumbete rugira indwi (15-19)

      • Ubwami bw’Umukama wacu n’ubwa Kristu wiwe (15)

      • Imana izohonya abonona isi (18)

  • 12

    • Umugore, umwana w’umuhungu hamwe n’igisato (1-6)

    • Mikayeli arwana na ca gisato (7-12)

      • Ca gisato gikororerwa kw’isi (9)

      • Shetani arazi ko asigaje igihe gito (12)

    • Ca gisato gihama wa mugore (13-17)

  • 13

    • Igikoko c’imitwe indwi kiva mu kiyaga (1-10)

    • Igikoko c’amahembe abiri kiva mw’isi (11-13)

    • Ishusho ya ca gikoko c’imitwe indwi (14, 15)

    • Ikimenyetso ca ca gikoko n’igitigiri caco (16-18)

  • 14

    • Umwagazi w’intama na bamwe 144.000 (1-5)

    • Ubutumwa bw’abamarayika batatu (6-12)

      • Umumarayika aguruka mu kirere afise inkuru nziza (6, 7)

    • Hahiriwe abapfa bunze ubumwe na Kristu (13)

    • Isi yimburwa kabiri (14-20)

  • 15

    • Abamarayika indwi bafise ivyago indwi (1-8)

      • Ururirimbo rwa Musa n’urwa wa Mwagazi w’intama (3, 4)

  • 16

    • Amabakure indwi y’ishavu ry’Imana (1-21)

      • Asukwa kw’isi (2), mu kiyaga (3), mu nzuzi no mu masoko y’amazi (4-7), ku zuba (8, 9), ku ntebe y’ubwami ya ca gikoko (10, 11), ku ruzi Efurate (12-16) no mu kirere (17-21)

      • Intambara y’Imana, Harumagedoni (14, 16)

  • 17

    • Urubanza rwaciriwe «Babiloni Akomeye» (1-18)

      • Umumaraya akomeye yicaye ku gikoko gitukura (1-3)

      • Ico gikoko «cariho, ariko ntikikiriho, mugabo kigira kiduge kiva mu nyenga» (8)

      • Amahembe cumi azorwanya wa Mwagazi w’intama (12-14)

      • Amahembe cumi azokwanka wa mumaraya (16, 17)

  • 18

    • Itemba rya «Babiloni Akomeye» (1-8)

      • «Nimuve iwe bantu banje» (4)

    • Kugandarira Babiloni Akomeye (9-19)

    • Umunezero mw’ijuru kubera Babiloni yatemvye (20)

    • Babiloni izotererwa mu kiyaga nk’ibuye (21-24)

  • 19

    • Shemeza Yehova kubera imanza ziwe (1-10)

      • Ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama (7-9)

    • Uwicaye kw’ifarasi yera (11-16)

    • Inzimano nyinshi Imana yateguye (17, 18)

    • Ca gikoko gitsindwa (19-21)

  • 20

    • Shetani amara imyaka 1.000 aboshwe (1-3)

    • Abazoganza hamwe na Kristu imyaka 1.000 (4-6)

    • Shetani arekurwa, hanyuma akarandurwa (7-10)

    • Abapfuye bacirwa imanza imbere y’intebe y’ubwami yera (11-15)

  • 21

    • Ijuru rishasha n’isi nshasha (1-8)

      • Urupfu ntiruzoba rukiriho (4)

      • Ibintu vyose vyagizwe bishasha (5)

    • Yeruzalemu nshasha (9-27)

  • 22

    • Uruzi rw’amazi y’ubuzima (1-5)

    • Insozero (6-21)

      • «Uwushaka wese natore amazi y’ubuzima ku buntu» (17)

      • «Ingo Mukama Yezu» (20)