A6-B
Igicapo: Abahanuzi n’abami b’Ubuyuda na Isirayeli (Igice ca 2)
Abami b’ubwami bwo mu bumanuko (Ibikurikira)
777 M.K.
Yotamu: imyaka 16
762
Ahazi: imyaka 16
746
Hezekiya: imyaka 29
716
Manase: imyaka 55
661
Amoni: imyaka 2
659
Yosiya: imyaka 31
628
Yehowahazi: amezi 3
Yehoyakimu: imyaka 11
618
Yehoyakini: amezi 3 n’imisi 10
617
Zedekiya: imyaka 11
607
Yeruzalemu n’urusengero rwaho bisamburwa n’ingabo z’Abanyababiloni zirongowe na Nebukadinezari. Zedekiya umwami wa nyuma wo kw’isi wo mu muryango wa Dawidi akurwa ku ngoma.
Abami b’ubwami bwo mu buraruko (Ibikurikira)
nk. 803 M.K.
Zakariya: yatwaye amezi 6 gusa
Zakariya yaratanguye kuganza ku rugero kanaka, ariko biboneka ko ubwami bwamwegukiye neza nko mu 792.
nk. 791
Shalumu: ukwezi 1
Menahemu: imyaka 10
nk. 780
Pekahiya: imyaka 2
nk. 778
Peka: imyaka 20
nk. 758
Hosheya: imyaka 9 kuva nko mu 748
nk. 748
Biboneka ko ingoma ya Hosheya yashinze imizi canke igafatwa mu mugongo n’umwami w’Abashuri Tigulati-Pileseri wa 3 nko mu 748.
740
Ashuri yigarurira Samariya, ikaganza Isirayeli. Ubwami bwa Isirayeli bwo mu buraruko bugizwe n’imiryango cumi buvaho.
-
Urutonde rw’abahanuzi
-
Yesaya
-
Mika
-
Zefaniya
-
Yeremiya
-
Nahumu
-
Habakuki
-
Daniyeli
-
Ezekiyeli
-
Obadiya
-
Hoseya