A7-B
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Intango y’igikorwa ca Yezu
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
Mu 29, mu gatasi |
Uruzi Yorodani, kumbure i Betaniya canke hafi yaho |
Yezu abatizwa akarobanurwa; Yehova avuga ko ari Umwana wiwe be n’uko amushima |
||||
Ubugaragwa, Yudaya |
Ageragezwa na Shetani |
|||||
Betaniya hakurya ya Yorodani |
Yohani Umubatizi avuga ko Yezu ari Umwagazi w’intama w’Imana; abigishwa ba mbere ba Yezu |
|||||
I Kana muri Galilaya; Kaperinawumu |
Igitangaro ca mbere, amazi aba umuvinyu; aja i Kaperinawumu |
|||||
Mu 30, Pasika |
Yeruzalemu |
Ahumanura urusengero |
||||
Aganira na Nikodemu |
||||||
Yudaya; Ayinoni |
Aja mu bigwati vy’i Yudaya, abigishwa biwe babatiza; Yohani ashingira Yezu intahe ubwa nyuma |
|||||
Tiberiya; Yudaya |
Yohani apfungwa; Yezu aja i Galilaya |
|||||
Sikara, i Samariya |
Ariko aja i Galilaya, arigisha Abasamariya |