BE MASO! Nyakanga 2014 | Ico wokora ngo ntiwicwe n’umuruho
Kwicwa n’umuruho kubera akazi birashobora gutuma ugira ingorane z’amagara be n’izindi ngorane. Wokora iki?
Udukuru tw’irya n’ino
Muri utwo dukuru harimwo utwerekeye: itegeko ryashinzwe mu Bushinwa risaba abana kwitwararika abavyeyi babo bageze mu zabukuru, amabi abakenyezi bakorerwa n’abatoyabakoreye, be n’abahinga mu guhingura ibintu vya pirate.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ico wokora ngo ntiwicwe n’umuruho
Hari ibintu bine bishobora kugufasha kugira ngo akazi ntikakwice.
ICOFASHA UMURYANGO
Ivyogufasha kureka kubika inzika
Guharira uwo mwubakanye, vyoba bisaba ko ufatira mu rwara ikosa yagukoreye canke ko umera nk’aho ata cabaye?
Wogerageza gute kwikingira indwara y’igisukari?
Ibice 90 kw’ijana vy’abahakwa kurwara indwara y’igisukari nta vyo bazi.
KAHISE KATWIGISHA IKI?
Espanye yomora abisilamu
Ukwo kwomora abisilamu kwabaye mu kinjana ca 17, kwatumye Espanye isigara iramutswa Gatolika gusa.
VYOBA VYARIYADUKIJE?
Udutsi nsozabwenge tw’ijisho ry’inzige
Inzige zibigenza gute kugira ntizisekane igihe ziriko ziraguruka ari ikigwi?
Ibindi usanga kuri internet
Nosigura gute ivyo nemera ku bijanye n’ivy’igitsina?
Hagize uwukubaza ati: ‘Uracari isugi?’ woshobora gusigura ivyo wemera ku bijanye n’ivy’igitsina ukoresheje Bibiliya?
Ivyo abakiri bato bavuga ku bijanye no kuba nzobandabikora
Umviriza ivyo abakiri bato bavuga ku bijanye n’intambamyi ziri mu kuba nzobandabikora be n’ivyiza biva ku gukoresha umwanya wawe ubigiranye ubukerebutsi.
Imana irungika Musa mu Misiri
Musa na Aroni barerekanye ko bafise umutima rugabo mu kuvugana n’umunyabubasha Farawo. Nimuvome utwo dukorwa maze mutuganirire hamwe uko mugize umuryango.