BE MASO! Kigarama 2014 | Ivyo ukwiye kumenya ku bijanye n’ingorane zo mu mutwe

Ingorane zo mu mutwe zirashobora gusinzikaza umuntu, ariko abantu benshi bazifise usanga batarondera kwivuza. Kubera iki?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ivyo ukwiye kumenya ku bijanye n’ingorane zo mu mutwe

Hari ibintu icenda vyogufasha kuvyifatamwo neza igihe ufise ingorane yo mu mutwe.

Udukuru tw’irya n’ino

Muri utwo dukuru harimwo utwerekeye: agakoko karamba kuruta ibikoko vyose bizwi, ikiyaga kizwi cane kiri mu gukama, n’ikiringo c’umwaka abantu aho benshi bafatwa n’indwara y’umutima.

ICOFASHA UMURYANGO

Gufata ingingo mu mwumvikano

Hari ibintu bine wewe n’uwo mwubakanye vyobafasha gutorera umuti ingorane aho gushwana.

Amaso aruta umutumba!

Ijisho ry’ako karemwa kadasanzwe ni rinini kuruta n’ubwonko bwako.

IKIGANIRO TWAGIRANYE NA

Umuhinga mu vy’ubutunzi asigura igituma yemera Bibiliya

Umuhinga Stephen Taylor avuga ko kwiga Bibiliya ari wo mutahe wamuzaniye akunguko kuruta iyindi yose yakoresheje.

TWISUNZE BIBILIYA

Isi

Isi yoba izotikizwa?

Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! yo mu 2014

Urutonde rw’ibiganiro vyasohowe muri Be maso! mu 2014, bitondetse hisunzwe ico bivuga.