UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Mukakaro 2024
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 9 Nyakanga–6 Gitugutu 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 27
Gira umutima rugabo nka Sadoki
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 9-15 Nyakaga 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 28
Woba ushobora gutandukanya ukuri n’ikinyoma?
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 16-22 Nyakanga 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 29
Guma uri maso, wirinde inyosha mbi
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 23-29 Nyakanga 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 30
Ivyigwa bihambaye dukura ku bami ba Isirayeli
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 30 Nyakanga–6 Gitugutu 2024.
Ivyogufasha kumenyera ishengero rishasha
Abakirisu benshi bararoraniwe igihe bimukira mu rindi shengero. None ni ibiki vyogufasha kworoherwa igihe wimutse? Raba ibintu bine vyogufasha kumenyera.
Ibibazo vy’abasomyi
«Umugore» avugwa muri Yesaya 60:1 ni nde, kandi ni mu buryo ki ‘ahaguruka, akarasa umuco’?