Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Ni kubera iki bihambaye ko umuntu agumana agatima ko gukenguruka? RABA URUPAPURO RWA 6.
Wovuga iki kugira ngo wirure umugenzi canke incuti yatuntujwe n’ukubura? RABA URUPAPURO RWA 9-11.
Abamarayika boba batwitwararika? RABA URUPAPURO RWA 16.
Bibiliya yoba yari yaravuze ivyerekeye ishingwa rya Leta ya Isirayeli yo muri iki gihe? RABA URUPAPURO RWA 27-29.
Yezu yoba yaripfuje ko abayoboke biwe baba mw’idini kanaka? RABA URUPAPURO RWA 31.
[Abo dukesha ifoto ku rup. 32]
Todd Bolen/Bible Places.com