UMUNARA W’INDERETSI Myandagaro 2015 | Abapfuye boba bazozuka?
Bibiliya ntiyishura gusa ico kibazo, iratanga n’impamvu yumvikana yotuma twemera ivyo ivuga.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Bigenda gute iyo dupfuye?
Bibiliya irimwo inkuru z’abantu umunani bazutse. Hoba hari ico bavuze ku bijanye n’ingene bari bamerewe bamaze gupfa?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Abapfuye boba bazozuka?
Kubera iki Imana izozura abatari abagororotsi?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Abapfuye bazozuka —Wovyemezwa n’iki?
Bibiliya iratanga imvo zumvikana zibiri zituma twemera ko izuka rizoba.
INKURU Y’UBUZIMA
Yehova yampaye ibirenze ivyo nkwiriye
Félix Alarcón arahimbawe mu buzima naho yagize isanganya n’ipikipiki rigatuma amugara umubiri wose.
NIWIGANE UKWIZERA KWABO
‘Nahagurutse nka inabibondo muri Isirayeli’
Inkuru yo muri Bibiliya yerekeye Debora itwigisha iki ku bijanye n’ukwizera be no kugira umutima rugabo?
Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
Intumbero y’ubuzima ni iyihe? Ni kubera iki abantu baremwe?
Ibindi usanga kuri internet
Ni igiki cogufasha kudatinya urupfu?
Kudatinya urupfu birashobora gutuma ubuzima butakuryohera.