Ku wa gatanu
«Ngira ndabamenyeshe inkuru nziza izonezereza cane abantu bose»—Luka 2:10
Mu gitondo
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 150 n’isengesho
-
2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Kubera iki dukeneye inkuru nziza? (1 Abakorinto 9:16; 1 Timoteyo 1:12)
-
3:10 IGIKINO:
Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 1
Umuco w’ukuri w’isi—Igice ca 1 (Matayo 1:18-25; Luka 1:1-80; Yohani 1:1-5)
-
3:45 Ururirimbo No. 96 n’amatangazo
-
3:55 INSIGURO Y’IBICE BINE: Bari «barongowe n’impwemu nyeranda»
-
• Matayo (2 Petero 1:21)
-
• Mariko (Mariko 10:21)
-
• Luka (Luka 1:1-4)
-
• Yohani (Yohani 20:31)
-
-
5:10 Ururirimbo No. 110 n’akaruhuko
Ku muhingamo
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 117
-
6:50 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Niwizere ukuri kwerekeye Yezu
-
• Jambo (Yohani 1:1; Abafilipi 2:8-11)
-
• Izina ryiwe (Ivyakozwe 4:12)
-
• Ivuka ryiwe (Matayo 2:1, 2, 7-12, 16)
-
-
7:30 Ururirimbo No. 99 n’amatangazo
-
7:40 INSIGURO Y’IBICE INDWI: Ivyigwa dukura ku gihugu Yezu yabamwo
-
• Akarere (Umusiguzi 8:7)
-
• Ibitungwa (Luka 2:8, 24)
-
• Ibifungurwa (Luka 11:3; 1 Abakorinto 10:31)
-
• Ubuzima bwo muhira (Abafilipi 1:10)
-
• Ikibano (Gusubira mu vyagezwe 22:4)
-
• Inyigisho (Gusubira mu vyagezwe 6:6, 7)
-
• Ugusenga (Gusubira mu vyagezwe 16:15, 16)
-
-
9:15 «Inkuru nziza y’ibihe bidahera»—Mu buhe buryo? (Ivyahishuwe 14:6, 7)
-
9:50 Ururirimbo No. 66 n’isengesho risozera