Ivyo impwemu y’Imana yama; icamwa c’impwemu
Ni ibiki impwemu ya Yehova yama, kandi ni kubera iki dukeneye kwicisha bugufi kugira tuyironke?
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Zb 143:1, 4-11—Igihe umwami Dawidi yari mu magorwa, yarazirikanye ivyo Yehova akora maze arasenga asaba impwemu nyeranda
Lk 11:9-13—Yezu yarakoresheje ikigereranyo kitwibutsa ko Yehova yipfuza guha impwemu yiwe abayimusaba