Ubwishime
Ubwishime; ukwishira hejuru
Zb 138:6; Img 16:5, 18; Yak 4:6, 16
Raba kandi Img 21:4
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Est 5:9-14; 7:9, 10—Umunyabwishime Hamani yarababajwe no kuba Morudekayi yaranse kumwunamira. Ubwishime bwiwe bwamushikanye ku kwicwa
Ezk 28:11-15, 17, 19—Umwami wa Tiro yarabaye umunyabwibone kubera ubutunzi n’inkomezi yari afise, maze mu nyuma arasangangurwa