Life Stories
MILES NORTHOVER
Yehova yarahezagiye utwigoro nagize kugira ndamukorere
Kwiga ururimi rw’ibimenyetso vyaratumye ubuzima bwa Miles buhinduka. Arasubiza amaso inyuma mu myaka 50 iheze, akavuga ivyiza vyavuye mu gufasha abaragi bo mu Bwongereza.
ASTER PARKER
Nashaka kubaho nihebeye Yehova
Kuva Aster akiri muto, yamye akunda ukuri. Igihe hari ibibazo vya politike muri Etiyopiya, ukwizera kwiwe kwaragejejwe igihe yari mu gasho. Aster yahavuye akorera kuri Beteli i New York mu nyuma na ho avyara abahungu batatu.
JAY CAMPBELL
Yankuye hasi anshira hejuru
Jay yakuze amugaye, akenye cane kandi ntiyashoboye kuja kw’ishure. Naho yashikiwe n’izo ngorane zose, yarafashije abantu batatu gushika ku kubatizwa kandi n’ubu aracafise umwete mu ndimiro.
TAPANI VIITALA
Narashitse ku cipfuzo canje co gufasha abaragi
Tapani yaragize ingendo muri Finlande, Estoniya, Letoniya na Lituwaniya, agiye kubwira inkuru nziza abandi baragi. Naho haciye imyaka irenga 60 abatijwe, aracafise umwete mwinshi.
PHYLLIS LIANG
Yehova yarahezagiye ukwitanga kwanje
Phyllis yaratewe uduteka dutandukanye tw’umurimo. Kuba yaremera guhuza n’amahinduka no kwihanganira ingorane, vyaratumye yironkera imihezagiro myinshi, rimwe na rimwe mu buryo ataba yiteze.
IRMA BENTIVOGLI
Gukorera umwe atanga «ingabire nziza yose»
Naho Irma acibuka ivyabaye mu ntambara ya kabiri y’isi yose, arakenguruka cane ingabire Yehova yamuhaye nk’abamureye akarorero keza be n’igikorwa co kuri Beteli.
TERRY REYNOLDS
Yehova yaramfashije kumukorera uko nshoboye
Icipfuzo ca Terry co gukora umurimo w’igihe cose camushikanye ku guterwa uduteka dutandukanye, harimwo kuba umumisiyonari no gukorera kuri Beteli yo muri Tayiwani. Imyaka irenga 60 inyuma y’aho atanguriye ubutsimvyi, yabandanije akorera Yehova n’umutima wiwe wose ari kumwe n’umukenyezi wiwe Wen-hwa.

Sorry, there are no terms that match your selection.