Igihe uwawe apfuye VUZA Igihe uwawe apfuye Hariho ivyiyumviro ngirakamaro bishobora kugufasha kugabanya umubabaro uva ku kubura uwawe. Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiganiro bifitaniye isano Kwihanganira ivyago Raba kandi BE MASO! Ivyogufasha kwihanganira intuntu Abatari bake barateye intambwe zabafashije kwihanganira intuntu. IBINDI BIGANIRO Icohumuriza abagandaye Iyo tubuze uwacu, twoshobora kwibaza ko ata muntu n’umwe atahura ukuntu twiyumva. Ariko Imana iradutahura, kandi irashoboye kudufasha. UMUNARA W’INDERETSI Kubaho vyoba biri n’ico bimaze igihe wabuze uwawe? Raba ivyiyumviro bitanu ngirakamaro bishobora kugufasha kwihangana igihe wabuze uwawe. UMUNARA W’INDERETSI Iradufasha guhangana n’ingorane Twokora iki igihe hari ingorane tudashobora kwirinda canke gutorera umuti, nk’indwara idakira canke ukubura? UMUNARA W’INDERETSI Guhumuriza ababuze ababo Mbere n’abagenzi bashika boshobora kutabona ikintu gihambaye uwabuze uwiwe akeneye. Capura Rungika Rungika Igihe uwawe apfuye IBINDI BIGANIRO Igihe uwawe apfuye Ikirundi Igihe uwawe apfuye https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/501100015/univ/art/501100015_univ_sqr_xl.jpg mrt ikiganiro 31