Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Turanezerwa ku mahwaniro

Turanezerwa ku mahwaniro

Voma:

  1. 1. Nditeguye kwinovor’akaziki.

    Si jewe mbona turatanguye.

    Nah’isi yuzuy’akajagari,

    Turunz’ubumwe, turakundana.

    (ICITABIRIZO)

    Tur’abavukanyi tugiz’umuryango umwe.

    Ndabakunda nah’ar’ubwa mbere tubonanye.

    Tur’abavukanyi tugiz’umuryango umwe.

    Ndabakunda nah’ar’ubwa mbere tubonanye.

  2. 2. Nkikujwe n’isinzi ry’abantu banezerewe.

    Hirya no hino hari abantu ntazi.

    Igihambaye n’abavukanyi.

    Uravy’ingene bahimbawe n’akaroruhore!

    Nanje nca numva ndyohewe cane.

    Mpava nkorora amosozi.

    (ICITABIRIZO)

    Tur’abavukanyi tugiz’umuryango umwe.

    Ndabakunda nah’ar’ubwa mbere tubonanye.

    Tur’abavukanyi tugiz’umuryango umwe.

    Ndabakunda nah’ar’ubwa mbere tubonanye.

    (IKIRARO)

    Twung’ubumwe.

    Dukomezanye.

    Kugira ngo

    Tuzibanire muri ya si nshasha.

    (ICITABIRIZO)

    Tur’abavukanyi tugiz’umuryango umwe.

    Ndabakunda nah’ar’ubwa mbere tubonanye.

    Tur’abavukanyi tugiz’umuryango umwe.

    Ndabakunda nah’ar’ubwa mbere tubonanye.

    Ndabakunda nah’ar’ubwa mbere tubonanye.