URURIRIMBO RWA 74
Jamwo muri ya ndirimbo y’Ubwami!
-
1. Umve ng’iyi ya ndirimbo y’intsinzi;
Ishemeza Umwe Rudasumbwa.
Amajambo yayo arizigiza.
Turirimbe; umv’ingen’ivuga:
(ICITABIRIZO)
‘Ngw’ino yemwe, mumusenge.
Yarimitse ca kinege!
Ngw’ino mwige ya ndirimbo y’Ubwami;
Seng’Imana, hay’izina ryayo.’
-
2. Turirimba tuvug’ivya bwa Bwami.
Krist’aganz’is’iy’iv’ikagera.
Azofashanya n’ihanga rishasha,
Kukw’intwaro yiwe riyemera:
(ICITABIRIZO)
‘Ngw’ino yemwe, mumusenge.
Yarimitse ca kinege!
Ngw’ino mwige ya ndirimbo y’Ubwami;
Seng’Imana, hay’izina ryayo.’
-
3. Abitonda boshobora kuyiga.
Turanyurwa n’ibint’itubwira.
Kw’isi yose abenshi barayize
Na bo baca baja gutumira:
(ICITABIRIZO)
‘Ngw’ino yemwe, mumusenge.
Yarimitse ca kinege!
Ngw’ino mwige ya ndirimbo y’Ubwami;
Seng’Imana, hay’izina ryayo.’
(Raba kandi Zab. 95:6; 1 Pet. 2:9, 10; Ivyah. 12:10.)